Indirimbo ya 134 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Nkwiye Yesu, ndiko ndamusaba;
1. | Nkwiye Yesu, ndiko ndamusaba; Antabare bimwe bimbabaje; Nkwiye Yesu, ankize rya shavu; Simbash’ ibiri ku mutima, Nkwiye Yesu. |
Gusubiramo: | |
Nkwiye Yesu, Nkwiye Yesu, Mmukwiye mu mutima; Ngw antabare, ankize, Akur’ ivyaha vyanje, Ubu n’imisi yose Ndakwiye Yesu. | |
2. | Nkwiye Yesu, yabay’ umukunzi, Ndamusavye ngw anjane mu nzira; Nkwiye Yesu, ngw antsindir’ abansi; Jewe kubganje nta co mmaze, Nkwiye Yesu. |
3. | Nkwiye Yesu, kukw ari w’ankunda; Nta wundi ngaha yoba nka Kristo: Nkwiye Yesu, nta wundi yonyoza, Ni we rukundo, ni we nzira, Nkwiye Yesu. |