Indirimbo ya 140 mu GUHIMBAZA KIRUNDI

Mwami, ndakwimits’ uganze


1.Mwami, ndakwimits’ uganze
Mu mutima wanje,
Sinibagire ya mahwa,
Njan’ i Gologota.
Gusubiramo:
Ivyabay’ i Getsemane,
N’ivyo wababajwe vyose,
Noyé kuzovyibagira,
Njan’ i Gologota.
2.Unyereke ya mva Mwami,
Aho bagushize,
Aho marayika yera
Yaray’ ateramye.
3.Ndaje nka Mariya Mwami,
Kugushikanira,
Nyerek’ imva kw iri gusa,
Njan’ i Gologota.
4.Mpa gutwar’ umusaraba,
Niyanke ngukunde:
Nsangire naw’ igikombe
Wanyoye kubganje.



Uri kuririmba: Indirimbo ya 140 mu Guhimbaza kirundi