Indirimbo ya 154 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Yesu, wantangiy’ ubugingo
1. | Yesu, wantangiy’ ubugingo, Umpumur’ amaso Mwami wanje, N’ivyanje vyaha wishizeko Mu kumpfira ku musaraba. |
2. | Ewe rukundo wangiriye! Nta wundi mw is’ akundan’ atyo: N’ubuntu bgawe bganyimitse, Nzorinda mpfa nkigukorera. |