Indirimbo ya 194 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Abantu bose, mwumve nonaha:
1. | Abantu bose, mwumve nonaha: Tugomba Yesu ku mutima me, Tumukurikire, cane, cane, Twumve nez’ ivy’ atubgira vyose: Ivyaha vya Satani tubite: Yesu Kristo Mwami, Yesu Kristo Mwami. |
2. | Mwami, dusavy’ ikinezero. Kiva mw ijuru ah’ uvyagiye, Kandi tubonye Yesu agarutse Kurobor’ abiwe bamukunda Tugomba kw azotujana natwe Yesu Krist’ Umwami, Yesu Krist’ Umwami. |