Indirimbo ya 206 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Har ‘ umuntu w’ imana yitwa Danyeli
1. | Har ‘ umuntu w’ imana yitwa Danyeli, Yarindutse gusenga naho vyob’urupfu. |
Gusubiramo: | |
Rinduka mugemi, Ba nka Danyeli: Wemangir‘ Umwami wawe, Ntumuhakane. | |
2. | Wemangir’ ivy’ ukuri, wumvir’Imana, Shika se mu gitigiri ca ba Danyeli! |
3. | Har’ abobay’ intore,baraneshejwe, Kuko batemanga ngo babe nka Danyeli. |
4. | Intore za wa Mubi zokwisenya pe, Zihuye n’ intore zo muri ba Danyeli. |
5. | Hagarara mu mutwe w’ Umwansi mubi: Wirahire bga butore bga ba Danyeli! |