Indirimbo ya 24 mu GUHIMBAZA KIRUNDI

Nshima nshima nshima nshim’ Imana


1.Nshima nshima nshima nshim’ Imana
mu mutima,
Mu mutima, Mu mutima,
Nshima nshima nshima nshim’Imana
mu mutima.
Mu mutima wanje.
2.Nta rubanza nta ruhanza nciriweko
na mba,
Mu mutima. Mu mutima,
Nta rubanza nta rubanza nciriweko
na mba,
Mu mutima wanje.
3.Mfis’ amahor‘ arut’ uko yomenywa
mu mutima,
Mu mutima. Mu mutima,
Mfis’ amahor’ arut’ uko yome nywa mu mutima.
Mu mutima wanje.



Uri kuririmba: Indirimbo ya 24 mu Guhimbaza kirundi