Indirimbo ya 245 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Mbonye wa musaraba wa Yesu
1. | Mbonye wa musaraba wa Yesu, Nkibuk’ uko yawumpfiriyeko, Nca nank’ ivyo nahora nirata, Nkumva ndabitituye rwose. |
2. | Singapfe ni ras’ ikindi, Yesu, Atari rwa rupfu wampfiriye; Ivyahora bimpimbara kera, Ndabishikaniy’ amaraso. |
3. | Rab’ umubabaro n’ urukundo Biva bivanze mu nguma ziwe: Mwaribgumv’ ikivange ben’ ico, Cank’ amahwa kw ab’ igitsibo?” |
4. | Naho noba nganz iyi si yose, Nkagom ba kuyitangakw inyishu, Na yo nta ho yommarir’ umwenda, Nokererwa hanini rwose. |
5. | Urukundo rutangaje rurtyo Numva rukwiye kunyitangisha, N’umutima n’ ivyo ntunze vyose”, ‘Ngo bib’ ivyiw’ avyiganzire. |