Indirimbo ya 266 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Man’ ubgami bgawe
1. | Man’ ubgami bgawe Buze mur’ iyi si. Tsind’ Umurwanizi N’ububasha bgiwe. |
2. | Dukumbuye Mwami Amahoro yawe: Urwanko rwo mw isi Ruzoshira ryari? |
3. | Dukumbuy’ igihe Ah’ indwano zose Zizohung’ imbere Y’ah’ uri, Mukiza. |
4. | Zan’ inganji mw isi, Tukwifuza cane, Twarerets’ amaso Aherayo, Mwarai. |
5. | Abagukengera Ni nk’ amabingira Batikiz’ intama Zawe ziri mw isi. |
6. | Amahanga menshi Yicaye mu mwiza: Yesu we Nyenyeri Ubatambikire. |