Indirimbo ya 27 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Mutabazi wacu Yesu
1. | Mutabazi wacu Yesu, Twese tuguhimbaze, Ni wewe wadupfiriye, Yesu Mwana w’ Intama. |
Gusubiramo: | |
Tumushime, tumushime, Icubahiro kibe ic’ Umwana w’intama Dushim’ izina ryiwe. | |
2. | Twar’ imbohe za Satani, Twari mu mubabaro, Yatuboheshej’ ingoyi, Yes’ aratubohora. 3. Tuguh’ imibiri yacu N’ imi tima n’ ubgenge: Kand’ ivyo dufise vyose Bib’ ivyawe Mukiza. |
3. | Ibiduha kukwizera Cane n’uk’ ushobora Kuzigam’ abo wogeje Ukabakiz’ ivyaha. |