Indirimbo ya 283 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Umve rya jwi ry’ Umwungere
1. | Umve rya jwi ry’ Umwungere, Ni we Yes’ Umutabazi; Arahamagay’ intama, Zashaye mu vyaha vyinshi Zizane, zizane, Izo ntama ziri mu vyaha. |
Gusubiramo: | |
Zizane, zizane, Zana zose kuri Yesu. | |
2. | Uzofasha Yesu mbega, Kuzan’abo banyavyaha? Yadutumye twebge twese: Turonder’ abazimiye.; |
3. | Abantu benshi bagenda Mu nzira zose z’ ivyaha; Yesu ngo Gend’ ubazane, Ngomba ko bamber’ intama. |