Indirimbo ya 285 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Kiz’abanyavyaha, tabar’abapfa
1. | Kiz’abanyavyaha, tabar’abapfa, Bakure mu vyaha no mu rupfu; Habur’ abahavye. vyur’ abaguye. Babgire ko Yes’ azi gukiza. Kiz’ abanyavyaha, tabar’abapja: Yes’ Umunyembabaz’ arakiza. |
2. | N’abamukengera na bo ntabanka, Arorereye ko bokwihana, Binginge bemere, ubasengere, Ni bizer’ azoc’ abaharira. Toz’ abazimiye inzira nziza, Bareke guhahamir’ ivy’ isi; Kanguz’ imitr ma yab’ urukundo, Bagaruke ku wabacunguye. |
3. | Kiz’ abanyavyaha, urabikwiye, Umwam’ azoguh’ ubushobozi; Bos’ ubasubize mu nzira ntoya, Menyesh’ Induhe ko zarokowe. |