Indirimbo ya 299 mu GUHIMBAZA KIRUNDI

Amaboko yawe yagira neza


1.Amaboko yawe yagira neza,
Yakiz’ abarwaye, MukizaYesu,
Yakikir’ aban’ agafash’ aboro,
Amaboko yawe yagira neza.
2.Amabolco yanje ndayaguhaye,
akoreshe Yesu, ngw agire neza:
Ni nkwigane Mwami, mbe ngukorera,
Amaboko yanje ngw agire neza.



Uri kuririmba: Indirimbo ya 299 mu Guhimbaza kirundi