Indirimbo ya 302 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Mukiza, Mwungere mwiza
1. | Mukiza, Mwungere mwiza, Uzigam’ aba bana bawe, Iri joro ube hafi, Ubaramuts’ amahoro. |
2. | Wiriw’ urabaragira, Urakoze wabazigamye. Wabagaburiye neza. Wumve non’ ivyo dusenzc. |
3. | Ivyah’ ubibaharire, Uzigam’ abakunzi babo, Maze ni bapf ubajane, Babane nawe mw ijuru. |