Indirimbo ya 308 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Mwami Yesu, tuzo nywe
1. | Mwami Yesu, tuzo nywe No kugaburirw’ ivyawe, Duhage mu mitima Ijambo ryawe riryoshe; Ivyo mw isi tubireke, Twiyumvir’ ivyo mw ijuru. |
2. | Nta co twebge tworonka, Tmitim’ icirabuye, Itarezwa n’umuco Uva kuri Mpwemu wawe Utwigish’ ingeso nziza, N’ukugira neza kwose. |
3. | Raba Mwana w’Imana, Twebge twese tugusavye Ng’utweze mu mitima, Kand’ utuzibur’ amatwi, Ngo twumve, ngo turirimbe, Tuguhimbare Mukiza. |