Indirimbo ya 320 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Urakund’ utwana twose
1. | Urakund’ utwana twose, N’ aka kan’uragakunda: Ukakire kubga Krisito, Na ko yagapfiriye. |
2. | Abavycyi bako na bo Ubah’ umugisha wawe Ubafashe kukazigama, Ubarinde bose Mana |
Gusubiramo: | |
UBUKWE |