Indirimbo ya 321 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Mana y’ ubuntu mw’ijuru
1. | Mana y’ ubuntu mw’ijuru, Washingiriye Adamu Hamwe mw i Paradiso; Bamaze gushika hamwe, Babany’ amahoro masa, Warabahezagiye, Utimuvyaremuheke, Mugwiremwuzuz’isi Muyiganze n’ibirimwo |
2. | Namwe ni mwigatize neza, Mufashanye, mukundane, Mwempi mutabarane, Mu bgoro no mu marushwa, Mu butunzi, n’ ubuhirwe, Mubishimir’ Imana. ManaDat’ubazigame Ngo bagume kuri wewe, Mwami, n’ ubiyegereze. |
3. | Yewe mukwe n1 umugeni, Ni mugir’ umutim’ umwe, Ni muban’ amahoro; Mugir’ abamarayika Babazigame mw izina Ry’ Umucungunzi wacu. Tuze duhurir’ i wacu Tugiye gutah’ ubukwe Bga wa Mwagazi w’ Intama. |