Indirimbo ya 48 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Ni je, ni je gusa Bikwiye ko nsengenva, Ni je, ni je gusa Bikwiye ko nsengerwa. | |
1. | Si na data si na mama, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa, Si na data si na mama, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa. |
2. | Kandi si na mwene mama, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa, Eka si na mwene mama, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa. |
3. | Kandi s’abo mu muryango, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa, Eka s’abo mu muryango, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa. |
4. | Kandi s’abo tuzinanyi, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa, Eka s’abo tuzinanyi, ni jewe gusa Bikwiye ko nsengerwa. |