Indirimbo ya 52 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Uze kwa Yes’ ubu, uze kwa Yes’ubu
1. | Uze kwa Yes’ ubu, uze kwa Yes’ubu, Ubu nyene, ubu nyene, uze kwa Yes’ubu. |
2. | Ac’ agukiz’ ubu, ac’ agukiz’ ubu, Ubu nyene, ubu nyene, ac’agukiz’ ubu. |
3. | Wizere Yes’ ubu, wizere Yes’ ubu, Ubu nyene, ubu nyene, wizere Yes’ ubu. |
4. | Arakugomb’ ubu, arakugomb’ubu, Ubu nyene, ubu nyene, arakugomb’ubu. |
5. | Ac’ akwakir’ ubu, ac’ akwakir’ ubu, Ubu nyene, ubu nyene, ac’akwakir’ubu. |
6. | Umutabaz’ ubu, umutaba z’ ubu, Ubu nyene, ubu nyene, umutabaz’ ubu. |
7. | Ac’akwishur’ubu, ac’akwishur’ubu, Ubu nyene, ubu nyene, ac’akwishur’ubu. |
8. | Urabe Yes’ ubu, urabe Yes’ ubu, Ubu nyene ubu nyene, urabe Yes’ ubu. |
9. | Aguharir’ ubu, aguharir’ ubu, Ubu nyene, ubu nyene, aguharir’ ubu. |
10. | Nturuh’ umwankira, Nturuh’ umwankira Nta na gato, nta na gato, Nturuh’U mwankira |
11. | Pfa kumwizer’ubu, Pfa kumwizer ‘ubu, Ubu nyene, ubu nyene, Pfa kumwizer’ubu. |
12. | Haleluya Ameni, Haleluya Ameni, Haleluya, Haleluya, Haleluya Ameni. |