Indirimbo ya 57 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Yes’ araguhamagara:
1. | Yes’ araguhamagara: Ngwino mugorwa, Ubu tukigusengera, Ngwino mugorwa, Ubu n’ igihe gikwiye: Ngwino mugorwa, Ngwin’ umwemer’ uyu musi: Ngwino mugorwa. |
2. | Namba wumv’ uremerewe, Ngwino mugorwa, Yes’ akuruhure none, Ntiyoguhenda mugenzi, Ngwino mugorwa, Yes’ arakwakira none: Ngwino mugorwa. |
3. | Yes’ arakwinginga kuza: Ngwino mugorwa, Ngw aguh’ umugisha mwinshi: Ngwino mugorwa, Yes’ araguhamagara, Ngwino mugorwa, Ubu tukigusengera, Ngwino mugorwa |