Indirimbo ya 64 mu GUHIMBAZA KIRUNDI
Ni wumvire rwa rukundo rwa Yesu
1. | Ni wumvire rwa rukundo rwa Yesu, Ni wemere ca kigongwe c’ Imana, Ni wakire ca kinezcro ciwe, Ivyo vyazanywe kw isi n’umusaraba. |
Gusubiramo: | |
Akir’ urukundo rwose rwa Yesu nyene Twagiriwe na Yesu ku musaraba. | |
2. | Umugisha wose w’ Imana nyene Yawuhaye twebg’ abo kw isi Ni twakit’ ivyiza vy’Imana vyose: Ivyo vyazanywe kw isi n’umusaraba. |
3. | Ndamukunda Yes’ Umukunzi wacu, Ndamushima yuko yadutabaye, Umutima mwiza yarawumpaye, Ni we yanyitangiye ku musaraba. |